Uko wahagera

Amatora y’Umukuru w’Igihugu muri Senegal, Yaraye Abaye mu Mutekano, Yamara, Uruhagarara Ntirurangiye

Ku musi wa mungu, amatora yarabaye mu gihugu ca Senegal nk’uko vyari vyategekanijwe, kandi muri rusangi yabaye mu mutekano, naho imbere y’ayo hari habaye imyiyerekano itavanako ku murwa mukru Dakar, yo kwiyamiriza ingingo ya president Abdoulaye Wade yo Kwitoza mu kiringo kigira gatatu. Mbega kugira ngo igihugu ca Senegal kimaze gutera imbere muri demokrasi, ntigisubire ihumbi hokorwa iki? Mugenzi wacu Freddy Nkurikiye yanonosoye ivyerekeye politike hamwe n’amatora mu bihugu bitari bike vyo muri Afrika, yarahaye ikiganiro Frederic Nkundikije. Mushobora kubatega amatwi:

XS
SM
MD
LG