Uko wahagera

Amatora Mu ntara ya Ngozi mu Burundi


Election Ngozi
Election Ngozi

Umukuru w'igihugu petero Nkurunziza yatoreye aho avuka ku mutumba Buye muri Komine Mwumba mu Ntara ya Ngozi. Avugako kubona abarundi bongeye gushiraho indongozi biciye mu matora vyerekana ko bijukiye ingendo ya Demokarasi.

Umukuru w’igihugu, arikumwe n’umutambukanyi wiwe n’abana biwe yahashitse isaha zitandatu anyonga ikinga.

Petero nkurunziza yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru avuga ko ar’intambwe abarundi bongeye gutera mu gushiraho indongozi biciye mu matora.

Bamwe mubaje gutora bavuga ko bishimiye amatora kandi ko baje gutora atagahato.

Abatavugarumwe na Reta bamenyesha ko batayitavye kuko batemera ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

XS
SM
MD
LG