Uko wahagera

Mu ntara ya mu Ruyigi amatora ntiyitabwe neza.

Umumenyeshamakuru w’Iradiyo Ijwi ry’Amerika yamenyesheje ko ku murwa mukuru w’Intara ya Ruyigi ata mirongo miremire yabonetse muraya matora yo kur’uyu munsi wa Kabiri.

Baba abanyagihugu baje gutora canke n’abakora muri wa murwi w’ighugu ujejwe gutegura amatora, bahurije ku ciyumviro ko abantu batitavye amatora yo kur’uyu wa kabiri nkuko bari bitavye ayaheruka yabaye kw’itariki ya 29/6/2015.

Fidelite Ishatse.

XS
SM
MD
LG