No media source currently available
igihuhusi Matthew kibandanya kigira ingufu. Kur'uyu wa kane kiriko gitumbera mw'izinga rya Bahamas hanyuma kibandanye muri Reta ya Florida iri muri Leta Zunze Ubumwe z'Amerika. Abantu 26 barapfuye muri Haiti.