Uko wahagera

Agahengwe Hagati Y’Abasirikare Ba Reta ya Congo hamwe N’Umurwi Urwanya Ubutegetsi Bwayo M23, Gasa N’Akabandanya.


Amakuru ava mu buseruko bw’igihugu ca Congo avuga kw’agahengwe kasababwe n’umurwi mushasha urwanya ubutegetsi bwa Republika ya Congo Iharanira Democrasi mu bu buseruko bw’igihugu, kasa n’akagifashe, ku musi wa mungu

Gode Haguma Chiri yigeze guhiganwa mu matora y’abashingamateka mu gihugu ca Republika ya Congo iharanira Demokrasi, avuga kw’ako gahengwe, gashobora kurama ngo mu gihe ata gihugu na kimwe mu bihugu bihana imbibe n’igihugu ca Congo, cokwisuka mu ngwano, canke cofasha imirwi irwanya reta ya Congo:

Mushobora kwumviriza ico kiganiro

XS
SM
MD
LG