Uko wahagera

Abihweza Ibintu n’Ibindi, Bavuga kw’Amatora yo mu Gihugu ca Senegal, Ateye Amakenga Abatari Bake


Abihweza Ibintu n’Ibindi, Bavuga kw’Amatora yo mu Gihugu ca Senegal, Ateye Amakenga Abatari Bake
Abihweza Ibintu n’Ibindi, Bavuga kw’Amatora yo mu Gihugu ca Senegal, Ateye Amakenga Abatari Bake

Aho bukera ku musi wa mungu, igihugu ca Senegal kizokoresha amatora y’umukuru w’igihugu. Ukuntu ayo matora azogenda, gusa n’uguteye amakenga abatari bake, mur’iki gihe hari impari zerekeye niba president Abdoulaye Wade, afise uburenganzira bwo gusubira kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu kiringo kigira gatatu: Ayo makenga n’izo mpari, vyaratumye haba imyiyerekano ikomeye cane ku murwa mukuru Dakar, yo kwiyamiriza iyo ngingo ya president Wade:

Twaraganiye n’umunyaSenegal akwirikiranira hafi politike yo mu gihugu ciwe, aba mu gisagara ca Paris mu gihugu c’Ubufarnsa, Abubacar Fall, araheza aratubwira, ukuntu yibaza ayo amatora azogenda:

Dutege amatwi iki kiganiro:

:

XS
SM
MD
LG