Bamwe mu banyagihugu bo ntara ya Gitega bayaze n’Ijwi ry'Amerika baremeza ko ibihano ibihugu vyunze ubumwe vy’Uburayi vyafatiye uburundi bizogira ingaruka mbi ku munyagihugu.
Ico badahurizako n’uko agateka ka zina muntu kifashe kuko bamwe Ico badahurizako n’uko agateka ka zina muntu kifashe kuko bamwe.
Ivyo ni ivyiyumviro bagejeje ku mumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidele d'Antoine Nsabimana ukorere i Gitega.