Uko wahagera

Abategetsi bahoze Barongoye Uburundi, Baratera Akamo Gasaba Ibiganiro Hati ya Reta Hamwe n’Abatavuga Rumwe na Reta

  • Frederic Nkundikije

President Sylvestre Ntibantunganya hamwe na president Domitien Ndayizeye, bahoze barongoye Uburundi, bavuga kw’inzira y’ibiganiro, ariyo yonyene, ishobora gutuma Uburundi budasubira mw’ihumbi. Abo bategetsi uko ari babiri, babwiye Frederic Nkundikije ko bihambaye ko mu bategetsi botumirwa mur’ivyo biganiro, abakuru b’imigambwe bahunze igihugu boba barimwo. Ivyo biganiro ngo vyoha akaryo abarundi, ko kwigira hamwe ukuntu amatora ategekanijwe mu myaka irenga itatu iri imbere, yotegurwa ku buryo umunyapoltike wese yokwumva ko adakumiwe:

Umviriza:

XS
SM
MD
LG