Uko wahagera

Abasirikare barenga 60 b’inteko za AMISOM bishwe mu gitero ca Al-Shabab


( File Photo)

( File Photo)

Abasirikare barenga 50, b’abarundi bari mu murwi w’ingabo za Africa, zizwi kw’ izina rya AMISOM, zibubangabunga umutekano muri Somalia, boba bapfiriye mu gitero bagabwekoo na Al-Shabab.

Umuvugizi wa al-shabab yigamvye ko uwo murwi wishe abasirikare b’abarundi barenga 50. Ico gitero cagabwe ku kigo ca gisirikare.

XS
SM
MD
LG