Uko wahagera

Abarundi biteze iki ku Muhuza Perezida Museveni?


Nyuma yo gushyirwaho n’inama y’abakuru b’ibihugu b’Afurika y’uburasirazuba, perezida Museveni agiye mu Burundi kubonana n’impande zinyuranye.

Perezida Yoweri Museveni w’igihugu ca Uganda yinjiye mu Burundi avuye mu Gihujgu c'urwanda Kuburyo butunguranye.Yinjiriye mu ntara ya Kirundo n'imodokari yamukuye I Kigali kumurwa mukuru w'u Rwanda.

Ku mupaka w’u Rwanda n’U Burundi, bwana Museveni yakiriwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu Edourd Nduwimana. Abanyagihugu bamaze kumenya ko agiye kuhaca bagiye kw'ibarabara kuraba ko boshobora kumubona.

Bamwe mu bnayapolitiki b’Abarundi bakomeje kumvikanisha ko basanga nta cyo Museveni ashobora gufasha Abarundi. Umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu ntara ya Kirundi Jean Bosco ndarurinze yavuganye na bamwe mu baturage bahatuye. Baravuga ico biteze kuri uwo muhuza mushasha.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:21 0:00

XS
SM
MD
LG