Uko wahagera

Burundi- Abari bafungiwe Imigumuko 98 mu Mpimba Bafunguwe.



Abanyororo mirongo icenda n’umunani bahora bafungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba bagirizwa imigumuko barekuwe kuruyu wa kabiri. Imbere y’ugutaha babanje guhabwa inyigisho zo gukunda igihugu.

Bamwe muribo bemeza ko bari bafashwe bari ku mirimo yabo ya misi yose bakanezerezwa n’ukubona ubutungane bubatezuriye.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Eloge Willy Kaneza afite inkuru irambuye.



XS
SM
MD
LG