Uko wahagera

Abantu Basinzikazwa Cane N’ Ingwara Ya Malariya Kurusha Abandi

Abantu Basinzikazwa Cane N’ Ingwara Ya Malariya Kurusha Abandi
Abantu Basinzikazwa Cane N’ Ingwara Ya Malariya Kurusha Abandi

Muri Afrika, ingwara ya malariya n’ ingwara isinzikaza abantu benshi eka ihitana n’ ubuzima bw’ abantu batari uko bangana. Iyo ngwara naho ifata abantu benshi, hariho imigwi y’ abantu usanga basinzikara kurusha abandi. Iyo migwi ikaba ar’ iy’ abapfasoni bibungenze, abana

n’ abantu bafise umugera utera ingwara ya Sida n’ abagwaye Sida. Docteur Norbert Ntiruhungwa avuga ko abo bantu bategerezwa kwama bagavye, bagakora ivyo bashoboye kugira ngo birinde imibu hanyuma baramutse babonye ikimenyetso na kimwe c’ uko boba bafashwe na malariya bakaca birukanka kwa muganga bidatevye.

XS
SM
MD
LG