Uko wahagera

EJO BITE 02 07 2004 - 2004-02-07


Mu Burundi abanyeshure ba ntahonikora bari mu ndaro bajuragira bivuye ku kubura uburyo.

Ahandi ho, Reta ntigishobora kwemera y'uko umwana w'umukobwa ahebeshwa ishure kubera yatwaye inda y'ishushu.

Mu Rwanda ho ikipe Stop SIDA ikomeje gutera imbere m’uguhangana n'icyorezo cya SIDA.

Indi Nkuru tugezwaho na Jean Baptiste ivuga ko mu nkambi yakirirwamo impunzi y'i Nyagatara hakiriwemo impunzi zaje ziturutse muri Congo n'i Burundi. Abenshi muri izo mpunzi ni abana.


Ejo Bite: English Version


Abategura Ejo Bite



Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG