Uko wahagera

Ejo Bite 05 031 2003 - 2003-06-01


Mu makuru y'urubyiruko uyu munsi, mu Rwanda abana b’impunzi bari mu nkambi y'i Gikembe mu ntara ya Byumba ntibashobora kubona inyigisho ku ndwara ya SIDA.

Iyindi mpungenge ikaba ari imitima y'abana barokotse itsembabwako n'itsembatsemba itarajya mu gitereko nyuma yo gusubizwa ku mirenge kw'abarekuwe n'itangazo rya Prezida wa Republika. Mu Burundi ho, ivuriro rikorera kw'ibarabara ry'ishirahamwe OPDE rifasha abana batagira uburyo bwo kwivuza.

Ahandi ho, ikibazo urwaruka rufise n'ingorane yo kubura akazi iguma yongerekana.

Shakira andi makuru yo mu karere hano.
Saba amakuru muri email yawe hano.

XS
SM
MD
LG