Uko wahagera

Ejo Bite 04 04 2003 - 2003-04-03


Amakuru y’Urubyiruko mu kiganiro Ejo Bite muri iki cyumweru:

Uno musi mu Burundi, mu vyerekeye ibibazo biraje ishinga urwaruka, umuryango w'aba Xaveriens urafasha abana bo mu Kamenge babaye impfuvyi bivuye ku ntambara.

Mu Rwanda ho Olivier Isata we atubwira ko urubyiruko rw'aba Scout bo mu muji wa Kigali rukomeje kwitanga ku batishoboye.

Andi makuru nayo ukuntu mu Rwanda impunzi zabaga muri Tanzaniya zikomeje kwirukanwa muri icyo gihugu kubera ko nta bwenegihugu bwo kwitwa Umunyarwanda bafite.



Shakira andi makuru yo mu karere hano.

XS
SM
MD
LG