Uko wahagera

Igitero ku Basirikare b’Uburundi muri Somalia


Ku mugoroba wo kw’igenekerezo ry’umunani, mur’uku kwezi kwa kane, umwihevyi yari mu modoka ya camionette irimwo za bombe yasetse ikigo c’ikambi y’abasirikare b’abarundi bagiye mu nteko z’ishirahamwe rya Afrika, gufasha kugarukana amahoro muri Somalia. Iyo camionette yaciye iturika irasha raherengetera.

Umumenyeshamakuru wo kuri radiyo Ijwi rya Amerika, Thomas Kamilindi, yaganiriye kw’itelefone na Kapiteni Clement Cimana , umuvugizi w’abasirikare b’Uburundi bari muri Somalia, amubwira ivy’ico gitero, abakomeretse, n’aboba barahasize ubuzima:

XS
SM
MD
LG