Uko wahagera

Abakenyezi Muri Poritiki yo Muri Amerika


Hillary Clinton yarinjiye mu mugwi w’abazokwitoza mu matora y’ umukuru w’ igihugu muri reta Zunz’ubumwe za Amerika. Ico kikaba ar’ ikibanza abakenyezi batari bwahiganire muri politike yo muri Amerika.

Ubu muri reta zunz’ ubumwe za Amerika, umukuru w’inama nshingamateka ni umukenyezi, Nancy Pelosi.

None birashoboka ko mu mwaka uza Amerika izoronka umukuru w’ igihugu na we nyene
w’umukenyezi?

Senateur Hillary Clinton avuga ati: “Harageze ko umwizero ugaruka muri Amerika.”

Ibindi bisobanuro kuri iyi nkuru haruguru.


XS
SM
MD
LG