Uko wahagera

Igihagararo c'Ubushinwa m’Ubutunzi Gitera Ciyongera Muri Afrika


Ubutunzi bw'igihugu c'Ubushinwa butera bwiyongera bikomeye.

Ivyo bituma ico gihugu kirondera amasoko mashasha ku vyo gikeneye bijanye n'amasoko ntanganguvu n'ayandi matungo afasha mw'iterambere ry'ubutunzi bw'ico gihugu.

Menshi muri ayo matungo Ubushinwa buza kuyarondera muri Afrika.

XS
SM
MD
LG