Uko wahagera

Iterambere Ridahungabana mu Burundi: Ak'i Muhana Kaza Imvura Ihise:


Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yagiranye ikiganiro n'umuhinga mpanuzwajambo ku bibazo vyerekeye ubutunzi n'itermbere, Zenon Nicayenzi, ku gitabo ciwe gishasha aherutse gushikiriza::"Developement Durable De L'Economie Burundaise" mu rurimi rw'Ikirundi, "Iterambere ridahungabana mu Burundi".

Muri ico gitabo umushingantahe Nicayenzi avugako iterambere nyakuri mu Burundi rizofatira ku mikoro y'Abarundi ubwabo. Ngo infashanyo ivuye hanze yoza ije gufasha ikivi Abarundi bo nyene ubwabo boba bagezeko.

XS
SM
MD
LG