Uko wahagera

Inama y’AGOA Yabereye i Washington mu Mpera z’Indwi Iheze


Abategetsi ba Amerika na Afrika bararangije i Washington mu mpera z’indwi iheze, inama yari yerekeye ubudandaji n’imitahe hagati ya Amerika n’akarere ka Afrika.

Iyo nama yasavye ibihugu vyo muri Afrika kugerageza gukura inyungu kurushiriza mu mugambi wa AGOA.

Mugenzi wacu Fidele Niyongabo yaraganiye na William Nkurunziza ayoboye ikigo kijejwe guteza imbere imitahe n’ibidandazwa bishoregwa hanze mu Rwanda, mu ncamake, RIPA, ku kintu gishasha bakuye muri iyo nama, umuntu aravye inama abaserukira leta y’Urwanda bari bamaze kujamwo.

XS
SM
MD
LG