Uko wahagera

Ubushomeri mu Burundi Bwabaye Ingorabahizi

  • Frederic Nkundikije

Mbega urwaruka ruheza amashule Kaminuza hamwe n'amashule y'imyuga, ruzobigenza gute, kw'akazi mu Burundi gasigaye ar'ingorabahizi?

Mwumvirize ikiganiro mugenzi wacu Frederic Nkundikije yagiranye n'umushikiranganji ajejwe akazi, Juvenal Ngogwanubusa, umushikiranganji ajejwe indero n'inyigisho, Said Kibeya, umunyeshule yarangije amashule akiriko ararondera akazi, John Irumva, hamwe na Eddy Mbona yikorera utwiwe mu Burundi.

XS
SM
MD
LG