Uko wahagera

USA: Nancy Pelosi mu Nzira yo Kurongora Inama Nshingamateka

Umudemokrate Nancy Pelosi yatowe muri California, yemejwe kurongora umurwi w'abademokrate. Washington, itariki 28/11/2018.
Umudemokrate Nancy Pelosi yatowe muri California, yemejwe kurongora umurwi w'abademokrate. Washington, itariki 28/11/2018.

Nancy Pelosi yatowe na bagenzi we bo mu mugambwe w’abademokrate ejo kuwa gatatu kuzorongora inama nshingamateka.

Ariko azorindira mu kwezi kwa mbere abashingamateka bose bo mu migambwe yose bongere gutora kugira bamwemeze canke bamuhakane.

Yarigeze kurongora sena nk’umukenyezi kandi yizeye gusubira muri ayo mabanga abagabo bake baronse incuro zibiri.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG