Uko wahagera

Abashaka Kugaba Ibitero vy'Iterabwoba mu Buholande Bafashwe


The Olympic rings are seen on a curling stone ahead of the Beijing Winter Olympics Feb. 2, 2022.
The Olympic rings are seen on a curling stone ahead of the Beijing Winter Olympics Feb. 2, 2022.

Igiporisi c’Ubuholande cashikirije ejo kuwa kane ko cahagaritse abagabo ndwi bagirizwa kuba bariko barategura igitero gikomeye c’iterabwoba muri ico gihugu.

Igiporisi cavuze ko abo bagabo bafatiwe mu bisagara vya Arnhem na Weert kandi ko ari inyuma y’amatohoza yamaze amezi menshi, ku makuru bahawe yuko abo bagabo bariko barategura igitero ahantu hari kuzoba hakoraniye abantu benshi kugira bice benshi.

Abategetsi bavuga ko amatohoza akibandanya kugira bamenye neza ibibanza vyari guterwa.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG