Uko wahagera

Gatumba: Imyaka 13 Irarangiye Abanyamurenge 166 Bagandaguwe


Therence Mushano, ni umunyamabanga ntayegayezwa w'ishirahamwe AC Genocide Cirimoso, rigwanya ihonyabwoko
Therence Mushano, ni umunyamabanga ntayegayezwa w'ishirahamwe AC Genocide Cirimoso, rigwanya ihonyabwoko

Abanyamulenge baba mu Burundi baributse kuri uyu w'Imana ku ncuro ya 13 ubwicanyi bwaberete mu Gatumba bwahitanye ababo 166. Basaba ubutungane mpuzamakungu, ubw'uburundi na Kongo hamwe na ONU gukurikirana no guhana abishe bagenzi babo.
Ni inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza ari i Bujumbura mu Burundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:02 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG