Uko wahagera

Afganistani: Igetero cahitanye abantu 18


Leşkerên Amerîkî di cîhê êrîşa xwekuj de nobedarîyê dikin. Kabul, Afganîstan, Cotmeh 29, 2011.
Leşkerên Amerîkî di cîhê êrîşa xwekuj de nobedarîyê dikin. Kabul, Afganîstan, Cotmeh 29, 2011.

Mu buseruko bwa Afganistani umwihevyi yaturikije bombe mu muduga watumberejwe mu miduga y’abasirikare ba reta yica abantu 18 akomeretsa abandi 6.

Abategetsi bavuga kw’ico gitero cagizwe mu gisagara ca Khost mubuseruko bw'igihugu, catumberejwe kubasirikare ba Afganistani bariko barafasha gucungera umutekano w’abasirikare ba Amerika bari bari muri ako karere.

Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu Najib Danish, yavuze ko uwagize ico gitero yatumbereje umuduga warimwo amabombe ku miduga yari iri mugace k’igisagara kari karimwo imiduga myinshi yunguruza abantu, akomeretsamwo abasivile batari bake.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG