Uko wahagera

Imyaka ibiri guhirika ubutegetsi biburiyemo: Leta yakoze umunsi mukuru

Kuri uyu wa gatandatu, leta y’Uburundi yakoresheje imyigaragambyo mu ntara zose z’iguhugu mu rwego rwo kwibuka imyaka ibiri ishize haburijwemwo ihirikwa ry'ubutegetsi. Mu murwa mukuru Bujumbura, umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza yayikozeho iyi nkuru.
Erekana Ibindi

1
2
3
4

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG