Uko wahagera

Koreya ya Ruguru Yateye Missile Balistique


Ikigendajuru ca missile balistique
Ikigendajuru ca missile balistique

Ikigo kijejwe kumenyeshamakuru co muri Koreya y’Epfo, Yonhap, catangaje ko Koreya ya Ruguru yateye missile balistique mu karere kari m’uburaruko bwa Pyongyang, k’umugwa mukuru wa Koreya ya Ruguru.

Iyo missile yatewe na Koreya ya Ruguru ntiyamenyekanye ubwoko bwayo, yamara ikinyamakuru Yonhap kivuga ko yatewe iva mu ntara iri m’ubumanuko bwa Koreya ya Ruguru.

Iyo missile vyatangajwe ko yatewe mu gitondo co kur’uyu wa gatandatu, mu masaha ya Koreya ya Ruguru. Nta vyinshi vyatangajwe ku bijanye n’ico gitero ca missile.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG