Uko wahagera

EACSOF: Umugambi Wo Kwumvikanisha Uburundi N'U Rwanda


Inama y'ishirahamwe ryo mu bihugu vyo mu Buseruko EAC
Inama y'ishirahamwe ryo mu bihugu vyo mu Buseruko EAC

Umunyarwandakazi Madame Immaculee Ingabire niwe yatowe kur' uyu wa gatanu ngo arongore urunani rw’amashirahamwe yigenga yo mu karere ka Afrika y’ubuseruko yose (East African Civil Society Organizations’ Forum).

Inzego nshasha zivuga ko icihutirwa ar'ukuba umuhuza kugira amatati ari hagati y’Uburundi n’u Rwanda arangire.

Izo nzego zibabazwa n'uko abanyagihugu aribo bahagirira ingorane kubera batishira ngo bizane canke ngo ubucuruzi hagati yivyo bihugu bibiri, rugende neza.

Mushobora kwumviriza inkuru ya Pierre Claver Niyonkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:15 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG