Ububirigi buripfuza ko imigenderanire n’Uburundi yosubira kuba myiza. Vyashikirijwe kur’uno wa kabiri n’uwuserukira ico gihugu i Bujumbura.
Ni inyuma y’umubonano hagati y’intumwa idasanzwe y’Ububirigi mu karere k’ibiyaga binini n’abagize ibiro vy’inamanshingamateka. Bernard Quintin aserukira Ububirigi mu Burundi yashikirije ko intumbero y’uwo mubonano w’iwe wa mbere n’indongozi z’inamanshingamateka ar’uwo kuvyura imigenderanire.
Facebook Forum