Uwutwara akanama k’amahoro n’umutekano m’Ubumwe bw’Afrika, Smail Chergui yemeza ko abasirikare b’Abarundi bari mungabo za Amisom bagiye kuronswa imishahara yabo mu misi ya vuba.
Smail Chergui yabivuze kur’uyu wa kane mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma y’urugendo rw’imisi ibiri yar’amaze mu Burundi.