Uko wahagera

Burundi: Minisitiri Niyonkuru Yafubwe muri Bubanza


Umuhisi Emmanuel Niyonkuru yahoze ari umushikirnganji ajejwe ibidukikije yafubwe mw’itongo ry’abapfuye ryo ku mpanda komine Gihanga, intara ya Bubanza. Ni ku bilometero bidashika 10 mu burengero bw’igisagara ca Bujumbura. .

Imbere yo kumufuba habanje kuba imisa muri Cathedrale Regina Mundi.Abategetsi batari bake bari bayitavye harimwo Perezida Nkurunziza.

Musenyeri Anatole Rugerinyange icegera ca Musenyeri mukuru wa Arikidiyosezi ya Bujumbura mu nkuka ya misa yasavye Imana gukura ubwicanyi mu mitima y’Abarundi.

XS
SM
MD
LG