Uko wahagera

CNDD-FDD Ntuzocika Intege Naho Imfashanyo Zahagaritswe


Evariste Ndayishimiye mukiganiro yaremesheje kuwa kane, italiki 1 z'ukwezi 12, 2016
Evariste Ndayishimiye mukiganiro yaremesheje kuwa kane, italiki 1 z'ukwezi 12, 2016

Umugambwe CNDD-FDD uri k’ubutegetsi mu Burundi uhamagarira abarundi kudacika intege kubera ibihugu bimwe bimwe vyahagaritse imfashanyo vyaha Leta.

Ivyo vyashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w'uwo mugambwe Évariste Ndayishimiye mukiganiro yaremesheje kur’uyu wa kane I Bujumbura mu Burundi.

Ndayishimiye avuga ko ibiganiro bihuza abarundi bikwiye kuvanwa hanze y'igihugu bigatunganirizwa mu gihugu hagati.

Ido n’ido y’ivyavugiwe mur’ico kiganiro tubishikirizwa n’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu Burundi, Eloge Willy Kaneza

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:27 0:00

XS
SM
MD
LG