Uko wahagera

BURUNDI: Willy Nyamitwe aracitse kw’icumu


Willy Nyamitwe

Willy Nyamitwe

Willy Nyamitwe umujanama mukuru ajejwe ivyo kumenyesha amakuru mubiro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi kuri uno mugoroba w’umusi wambere itariki 28 z’ukwezi kwa cumi na rimwe ahejeje kugigwako igitero. Umumenyeshamakuru w’ijwi ryAmerika Auriane Itangishaka avuganye na Eloge Willy Kaneza ari i Bujumbura amucira kumayange.

Erekana ibyavuzweho

XS
SM
MD
LG