Uko wahagera

USA: Bitegekanijwe ko Wilbur Ross Agenwa Kuyobora Ubushikiranganji Bujejwe Ubudandaji


 Wilbur Ross i buryo, ari kumwe na prezida aherutse gutorwa muri Amerika, Donald Trump

Wilbur Ross i buryo, ari kumwe na prezida aherutse gutorwa muri Amerika, Donald Trump

Vyitezwe ko Prezida aherutse kuva mu matora, Donald Trump, ahitamwo umunyemari akomeye Wilbur Ross, kuba umushikiranganji ajejwe ubudandaji. Ivyo vyatangajwe n’abategetsi bazi ivyerekeye iyo ngingo.

Wilbur Ross, afise imyaka mirongo irindwi n’umunani muri iki gihe, n’umunyemari akomeye cane ayoboye isosiyete yitwa, W.L. Ross & Co, azwi kuba agura amasosiyete aba yahomvye.

Erekana ibyavuzweho

XS
SM
MD
LG