Uko wahagera

Mu ntara ya Bubanza mu burengero bw’Uburundi, hari icuka kitari ciza hagati y’impunzi ziri mw’ikambi yo ku Ruyange n’abakozi b'ivuriro ritoyi ryaho.

Ivyinshi kuri ino nkuru, tubibaze umunyamakuru Diane Ndonse w'ikiganiro "Iwanyu mu Ntara" Ijwi kw'Amerika.

XS
SM
MD
LG