Uko wahagera

USA: Umuyobozi Ajejwe iperereza Hagati mu Gihugu yatanze Imihoho


Umuyobozi w'iperereza ryo hagati mu gihugu muri Amerika, James Clapper
Umuyobozi w'iperereza ryo hagati mu gihugu muri Amerika, James Clapper

Amakuru ashikirizwa n’itangazamakuru muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, amenyesha kw’umuyobozi w’iperererza ryo mu gihugu hagati, James Clapper, yatanze imihoho.

Amateleviziyo yo muri Amerikia yatangaje, ku musi wa kane, ko James Clapper, yashikirije ikete ry’ugutanga imihoho, ku muhingamo wo ku musi wa gatatu.

Impamvu yatumye Clapper, atanga imihoho indwi nkeyi imbere yuko prezida aherutse kuva mu matora, Donald Trump, atangura amabanga yiwe y’umukuru w’igihugu, kw’italiki 20 z’ukwezi kwa mbere ntitomoye.

XS
SM
MD
LG