Uko wahagera

Burundi: Amashirahamwe 5 Yafuswe


Ubushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu n’ugukundisha igihugu kw’itariki cumi n’icenda z’uku kwezi kwa cumi bwarafuse burundu amashirahamwe atanu ajejwe agateka ka muntu mu Burundi ariyo FORSC, FOCODE, ACAT, APRODH, na RCP.

Umumenyeshamakuru w’ijwi rya Amerika Auriane Itangishaka yabajije Vianney Ndayisaba aserukira ALUCHOTO, ishirahamawe rifse umugambi wo kugwanya ubushomeri n’irtyozwa ry’agateka ka zina muntu mu Burundi ukwo bakiriye iyo ngingo ya reta kuri ayo mashirahamwe atanu.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:17 0:00

XS
SM
MD
LG