Uko wahagera

Trump ati: "Nzokwemera Ibizova mu Matora Ntsinze"


Donald Trump, i Delaware muri Reta ya Ohio.

Donald Trump, i Delaware muri Reta ya Ohio.

Umukandida Donald Trump, w’umurepublikani mu matora y’Umukuru w’igihugu muri Leza zunze ubumwe z’Amerika yatangaje kur’uyu wa kane ko azokwemera ibizova mu matora ar’uko ayatsinze.

Mugihe yari mu myiyamamazo I Delaware, muri reta ya Ohio yatangaje ko afise uburenganzira bwo guhakana ivyavuye mu matora no kuzokwitwara mugihe azoba arenganjiwe.

Trump na Hillary Clinton, kur’uyu wa kane basubiye mu bikorwa vyo kwiyamamaza inyuma y’umusi umwe barangije ibiganiro vyanyuma bishura ku bibazo vy’abamenyeshamakuru imbere y’uko amatora aba kuwa 8 z’ukwezi kwa cumin a kumwe.

XS
SM
MD
LG