Uko wahagera

Imyiyerekano yo Gushigikira Uburundi Kungingo yo Kuva muri CPI

Abantu bababa 10.000 bazindutse bagira kuri uno wa gatandatu, urugendo rwo gushigikira Leta y'Uburundi , Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka kungingo yo kuva muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha, CPI.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG