Uko wahagera

Burundi: Isabukuru y’Imyaka 55 y’Umugambwe UPRONA


Burundi Uprona

Burundi Uprona

Mu ntara ya Ngozi umugambwe w’abadasigana UPRONA wemewe na leta y’ Uburundi wuguruye ibikorwa vyo kwigina mu ntara isabukuru y’imyaka 55 iheze uwo mugambwe utahukanye intsinzi yashikanye Uburundi ku ntahe y’ukwikukira.

Abel GASHATSI arongoye uwo mugambwe avuga ko uno musi UPRONA itagira amashami. Yavuzeko umugambwe UPRONA uhungabanye ko n’igihugu giheza kigahungabana, aca asaba abadasigana kutabandanya bakurikira abiyitirira umugambwe.

Inkuru y’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Jean Bosco Ndarurinze.

XS
SM
MD
LG