Uko wahagera

Turukiya Yongereje Ikiringo c'Ibihe Bidasanzwe Igihugu Carimwo


Umukuru w'igihugu ca Turukiya Recep Tayyip Erdogan ashikiriza ijambo mu nama nshingamateka
Umukuru w'igihugu ca Turukiya Recep Tayyip Erdogan ashikiriza ijambo mu nama nshingamateka

Reta ya Turukiya imenyesha ko yongereje ikiringo igihugu carimwo c’ibihe bidasanzwe igihugu cinjiyemwo kuva habaye gushaka gutembagaza ubutegetsi m’ukwezi kw’indwi uyu mwaka w'2016.

Icegera c’umushikiranganji wa mbere wa Turukiya Numan Kurtulmus yatangaje ko ico kiringo kigiye kwongerezwa ayandi mezi atatu, guhera italiki 19 z’uku kwezi kw’icumu.

Iyo ngingo yiyamirijwe n’umugambwe CHP uza imbere muyitavuga rumwe n’ubutegetsi.

XS
SM
MD
LG