Uko wahagera

Umugabo Yakereye Izosi Umugore wiwe mu Ruyigi


Ubzurundi kw'ikaratai

Ubzurundi kw'ikaratai

Hari umugore yapfuye atemaguwe yongera akererwa izosi n’umugabo wiwe ku mutumba wa Batye, muri komine ya Butanganzwa, intara ya Ruyigi.

Uwo mugabo yishe umugore wiwe asanzwe ari umusirikare w’igihugu

Igipolisi camaze kumushikana mw’ibihero rikuru ryo mu Ruyigi .

Imbere y’uko igipolisi kimutwara, abanyagihugu bari batwawe n’agashavu, bashaka kumwihanira.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Ruyigi mu Burundi Fidele d'Antoine Nsabimana ni we utugezaho iyi nkuru.

XS
SM
MD
LG