Uko wahagera

Burundi: Kwiyamiriza ONU


UN protests

UN protests

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike ashika ku bihumbi bitandatu yatunganije imyiyerekano ku mugwa mukuru Bujumbura yo kwiyamiriza icegeranyo ca ONU ku vy'agateka ka zina muntu.

Yiyamirije kandi ingingo y'igisata ca ONU kijejwe agateka ka zina muntu yo kurungika umugwi wogira amatohoza ku vyaha vyakozwe mu Burundi kuva hadutse indyane za politike mu mwaka w'i 2015.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Bujumbura mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we utugezaho iyi nkuru.

XS
SM
MD
LG