Uko wahagera

Burundi: Inyigisho z'Ururimi n'Imico vy'Ubushinwa.


Inyuma y’imyaka ine igisata cigisha ururimi rw’igishinwa n’imico yo mu gihugu c’Ubushinwa bitanguye kwigishwa mu Burundi, intambwe irashimishije.

Ivyo vyavuzwe n’uwurongoye ico gisata ku rwego rw’igihugu kuri rino genekerezo rya 24 ukwezi kw’icenda umusi mpuzamakungu wahariwe ico gisata "Institut Confucius" mu gifaransa.

Abanyeshure bahejeje kwiga igishinwa, baraheza bakaronswa uburenganzira bwo kuja mu gihugu c’ubushinwa kubandanya kunonosora urwo rurimi, nk’uko Joseph NZEYIMANA arongoye Institut CONFUCIUS abandanya abivuga.

Ni nk'inkuru ya mugenzi wacu Evariste Nzikobanyanka.

XS
SM
MD
LG