Uko wahagera

BURUNDI : Ikibazo Mu Mashure y’Imyuga


Archives

Archives

Nta mwaka w’ishure ry’imyuga ubaho, ivyo vyavuzwe n’umushikiranganji w’abakozi n’akazi, ku musi wa kane, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, aho yavuze kw ‘ata mwaka w’ishure ry’imyuga ubaho.

Ivyo bitangajwe mu gihe bamwe mu banyeshure n’abavyeyi babo, bari bazi ko bazotangura amashure y’imyuga ku musi wa mbere w’indwi iza, nk’uko bitegekanijwe ku mashure ya reta.

Uyo mushikiranganji w’abakozi ba reta n’akazi avuga kw’ aho amashure y’imyuga ari, ivyigwa bizotangura vuba.

Mushobora kwumviriza inkuru ya mugenzi wacu Evariste Ndarurinze.

XS
SM
MD
LG