Uko wahagera

Ubutinyanka si ingorane


Abigeme biga mu mashure yisumbuye yo mu Gatumba, muri komine Mutimbuzi, mu ntara ya Bujumbura, baheruka kuronswa imfashanyo y’udutambara two gukoresha bari mu butinyanka. Bashima iyo mfashanyo bahawe n’ishirahamwe ryitaho iterambere n’amagara y’abantu, SACODE mu mpfunyapfunyo y’igifaransa, kuko badashoboye kugura udusanzwe dukoreshwa kubera ubukene.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:19 0:00

XS
SM
MD
LG