No media source currently available
Kwiyunguruza ku mbibe z’Uburundi n’u Rwanda gisigaye ari igikorwa kitoroshe kuva reta y'Uburndi ihagaritse imodokari zunguruza abantu. Ingenzi zishura amafaranga menshi kandi zikamara n'umwanya mwishi mu nzira. N’aho biri uko, hari abavyungukiramwo nk'abakarani.