Uko wahagera

BURUNDI: Urwaruka Ruratera Akamo Abanyapolitike


Amilcar Ryumeko

Amilcar Ryumeko

Ku musi mpuzamakungu wahariwe urwaruka, kw’itariki ya 12 y’ukwezi kw’umunani, urwaruka rw’abarundi, rwaraboneyeho akaryo ko kwihweza ukuntu Uburundi bwova mu kaga burimwo, maze bugatera imbere, n’ubukene bugatuzwa.

Yamara kugira ngo iterambere riboneke mu gihugu, birakenewe kw’ico gihugu kiba gisasagayemwo amahoro:

Uburyo bwo kugarukana amahoro rero mu Burundi hamwe n’ukuraba ukuntu Uburundi butosigara inyuma mu majambere no mu migambi yo kugwanya ubukene, nivyo, abatumire mu kiganiro Murisanga, Michaella Mugisha hamwe na Amilcar Ryumeko, bagarutseko:

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG