Uko wahagera

Uburundi Burega u Rwanda n’Ubufaransa Guhungabanya Umutekano Wabwo


Leta y ‘Uburundi iriyamiriyza amaleta y’Urwanda n’Ubufaransa aguma asaba ko horungikwa inteko mvamakungu mu Burundi. Ivyo biri mw’ijambo ry’umushikiranganji w’intwaro yo hagati ryasomwe ku rwego rw’igihugu kur’uno wa gatandatu Abarundi bari baramutse bahimbaza umusi wahariwe amakomine. Umviriza inkuru

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:03:42 0:00

XS
SM
MD
LG