Uko wahagera

Abarundi Ntibavuga rumwe Ku Bapolisi ba ONU


The American Falls in Niagara Falls, New York, is frozen due to subzero temperatures, viewed from the Canadian side, Ontario, Jan. 22, 2019.
The American Falls in Niagara Falls, New York, is frozen due to subzero temperatures, viewed from the Canadian side, Ontario, Jan. 22, 2019.

Kuva aho inama mpuzamakungu itoreye icemezo co kurungika mu Burundi abapolisi 228 bazomara ikiringo c’umwaka bagerageza guhagarika ubwicanyi hamwe no guhagarika inyifato yo gurtyoza agateka ka zina muntu, abarundi barabandanya gushikiriza aho bahagaze kur’ico cemezo.

Ku musi wa gatandatu, umusi umwe inyuma y’aho ico cemezo gifatiwe, haratunganijwe imyiyerekano I Bujumbura yo kuciyamiriza.

Mbega abarundi baba mi bihugu vyo hanze bobo babona gute ico cemezo?

Reka dutege amatwi, Felix Kubwayo, umurundi aba i Buruseri mu gihugu c’Ububirigi,

Professeur Liberat Ntibashirakandi umwigisha muri kaminuza, Universite Libre de Bruxelles.

please wait

No media source currently available

0:00 0:52:47 0:00

XS
SM
MD
LG